Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Vyakuwe mu vyandiko vya Ntahonshikiye Placide, umwanditsi kuri Centre-Ubuntu, Bujumbura Ugushikiriza ibijanye n’imiti kama Umuti kama ni ivyo biti n’ivyatsi bidukikije ariko bifise ubushobozi bwo gukiza indwara zimwe zimwe. Iyo miti isoro-mwa uko yamye,...