Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Par Martine Ngabirano, Maîtrise en Économique, Sherbrooke Uno musi, nashatse kwandika gato ku muntu nubaha cane, anyubaka birengeje kandi nzokwama ntangarira cane: Mucowintore Boris-Evrard. Boris-Evrard, ni umurundi agiye gukwiza imyaka igera kuri mirongo...