Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Vyanditswe na Éric Nduwimana, umunyeshure kuri Kaminuza Hope Africa, Bujumbura Mana tuje imbere yawe uno musi, tukwereka igihugu cacu. Mana kizigame, ukiyobore. Turagushimiye ku gihugu ciza cane waduhaye. Igihugu gitotahaye, gifinze imyonga itembamwo...