Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Vyanditswe na Judicael Ihorimbere, umunyeshure muri Belgique Uwiyumviriye neza asanga hari ikintu twibagira : kera abantu bubaka ingo zabo bakiri bato. Muti kuki nzanye ibi? Noba nshaka kuvuga iki? Inyishu ngiyi irakurira. Amashure ataraza, abarundi bakora...