Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Vyanditswe na Ronald Wandege, ari Montréal Abantu b'i Burundi batazi ubuzima bw'iburayi canke bwo muri Amerika kubera bamwebamwe babi bahisha bavuga ngo: "Ibiba muri Amerika bisigara muri Amerika." Reka ndabacire ku mayange. Ubuzima bw'ino ntibumeze nk'uko...