Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Inyandiko ya Martine Ngabirano Uno musi, nashatse kubaganirira kubijanye n’integuro y’itegeko ry’ikoreshwa ry’ubutunzi bwa Leta y’uburundi. Ku bisanzwe, mu bihugu vyose vyo kw’isi, abaduserukira bahurikiyemwo abashingamateka n’abakenguzamateka barakόrana...