Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Vyanditswe na Tony O. Gatore, Umurundi Inkomoko y'isanamu: Kuri Internet Rwagasore? Ego, twama twumviriza ivyo yavuze ariko sinibaza ko tubitahura kumwe canke ko muri ico gihe yabivuga abenegihugu batahura neza ivyo yashaka ko biba mu gihugu. Ukwikukira...