Ce blog est offert par la société Zerà Action Burundi,s.a. Ce blog est ouvert à tout intellectuel burundais
Vyanditswe na Longin Nd., umwigisha w'ikirundi, Makamba Inkomoko y'amasanamu: theatrelepublic.be Ndi umurundi w'umuyabaga afise imyaka mirongo itatu n'itanu. Nakuze mu muryango aho nabonyeingwano akenshi kandi aho nigeze guhunga akatari gake. Muvyo nibuka...